![Mashariki TV](/img/default-banner.jpg)
- 11 297
- 50 397 984
Mashariki TV
Tanzania
Приєднався 15 тра 2017
Shirika la Habari la Afrika Mashariki
#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?
Bagabo b'i #Burundi #Rwanda na #RDC mwe, kwama twiyumvira ko abakenyezi badashoboye bizotugeza hehe? Ngo abakenyezi nta kigenda koko? Ehe namwe raba.
Переглядів: 144
Відео
Prezida Neva asaba urwaruka kuvyaza umusaruro ivyiza Imana yahaye Uburundi.
Переглядів 1 тис.21 годину тому
#Burundi : Umutahe wa mbere ukenewe ni : isi, imvura n'ubwenge kubw'ivyo rero urwaruka rurakwiye kuvyaza umusaruro ivyiza Imana yahaye uburundi, rukiyumvira cane kugira rubone ico rubuze akaba arico rwiga mu mashure.
Koperative Agro-business umuvukano mwiza inyishu ku borozi bo mu ntara ya Bubanza.
Переглядів 2582 години тому
#Burundi: Muri koperative Agro-business umuvukano mwiza ihingura imfungurwa z'ibitungwa yo muri komine mpanda intara ya #Bubanza ngo umugambi wa #Paeej wo gufasha urwaruka waje hageze kuko ubu wabakuye kuma rigara. Bakaba batanguje umutahe ungana n'imiriyoni 13 ubu bageze ku miriyoni 150 bakipfuza ko ihinguriro ryabo ivyo rihingura vyoza bishoka hafi mu gihugu cose no mumakungu.
Indirimbo yasubiwemwo n'abana b'Umukuru w'Igihugu mu masengesho y'Igihugu.
Переглядів 4,3 тис.2 години тому
#Burundi: Indirimbo yasubiwemwo n'abana b'Umukuru w'Igihugu n'urundi rwaruka bahurikiye muri #Chorale #Walk_in_the_Light ku kibuga c'inkino c'i #Nyabihanga mu ntara ya #Mwaro, ku munsi wanyuma ahariko habera amasengesho yo gushimira Imana ku myaka ine iheze Umukuru w'Igihugu c'Uburundi atanguye amabanga yo kurongora Igihugu.
Inyigisho zatanzwe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu mu masengesho y'Igihugu.
Переглядів 7 тис.2 години тому
#Burundi: Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu Angeline Ndayishimiye yaratanze inyigisho kundongozi afatiye akarorero kw'ishurwe ry'iroza ( fleur rose) aho yavuze ko bakwiye kubungabunga ubuzima bwabo. Yabivugiye ahariko habera amasengesho yo gushimira Imana ku myaka ine iheze Umukuru w'Igihugu c'Uburundi atanguye amabanga yo kurongora Igihugu yabereye kibuga c'inkino c'i #Nyabihanga mu ntara ya #...
Michel Kayoya ni nde? Yoba yaranzwe n'iki mu buzima bwiwe?
Переглядів 1,6 тис.2 години тому
#Burundi: Diyoseze nkuru ya #Gitega iri mu rugendo ( processus ) rwo gusaba ko Patiri Michel #KAYOYA yoshirwa mu mugwi w'aberanda. Muti none uwo mu Patiri ni nde? Yaranzwe n'ibiki gushika mu misi yiwe ya nyuma gushika aho yahitanwe n'ivyago vyashikiye u Burundi mu mwaka w'i1972.
Bimwe mu vyaranguwe na komine yagutse ya #Bubanza mu mugambwe CNDD-FDD.
Переглядів 3332 години тому
#Burundi: Imvukira za komine yagutse ya #Bubanza mu mugambwe CNDD-FDD zigiye kwiyubakira icibutso c'aho urugamba rwatanguriye muri iyo komine bongere babandanye umugambi w'ugushigikirana bisunze imbonakazoza igihugu gifise mu kurangura ibikorwa vy'iterambere. Ivyo biri mu vyashikrijwe na Ntirandekura Emmanuel arongoye komine yagutse ya Bubanza mu gihe bari baramutse berekana ivyaranguwe n'ibigi...
''Ishengero ntiribaho igihugu kitariho, n'igihugu ntikibaho ishengero ritariho".
Переглядів 2302 години тому
#Gitega: "Ishengero ntiribaho igihugu kitariho, n'igihugu ntikibaho ishengero ritariho". Bishikirizwa n'umuvugabutumwa Apôtre - Prophète #JosephItangishaka arongoye ishengero #Ahava River, kuri uyu wa gatandatu w'igenekerezo rya 22/6/2024 mu gihe, ari kumwe n'umukozi w'Imana Bishop #NduwimanaGabriel arongoye ishengero #BethanyHollyChurch, yariko atumirira abarundi mu gikorane co guhumuriza aban...
Mashariki TV yagendeye ishirahamwe BMC-CHALK rihingura rikanadandaza ingwa.
Переглядів 2852 години тому
Bakunzi ba Mashariki TV turabandanya kubereka urwaruka ruri kukivi. Uyu munsi twagendeye ishirahamwe BMC-CHALK rihingura rikanadandaza ingwa. NSABIYIMBONA Benjamin yarishinze yatanguje umutahe muto. Amaze kuronswa ingurane n'umugambi Paeej-Burundi ubu yaradugije umwimbu, asigaye akora ama carton ashika 60 kukwezi.
Zimwe mu nyigisho zatanzwe na Pasteur Denise Nkurunziza mu gikorane co gushimira Imana
Переглядів 1,2 тис.2 години тому
#Burundi Zimwe mu nyigisho zatanzwe na Pasteur Denise Nkurunziza mu gikorane co gushimira Imana cabereye mu ntara ya Mwaro. Yasavye abarundi bose gusenga Imana vyukuri, gukora ico Imana ishaka harimwo kwirinda ibintazi, ivyo vyose bakabikora bibuka aho Imana yabakuye.
#NkurunzizaCup2024: Ni uyuhe mugwi ugiye gutahukana igikombe citiriwe Nkurunziza?
Переглядів 3584 години тому
#NkurunzizaCup2024: Ku ncuro igira kane, hagiye kuba urukino rw'igikombe citiriwe Nkurunziza kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi 2024 i Makamba kuri Stade Nkurunziza Peace Park Complex. Aigle Noire VS Academie ADF LA RAMBLA. #Burundi #FFB
Indirimbo yaririmbwe n'abakozi b'Urwego OPDD mu masengesho yo gushimira Imana
Переглядів 1,7 тис.4 години тому
Indirimbo yaririmbwe n'abakozi b'Urwego rw'Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu rujejwe Iterambere (OPDD) mu masengesho yo gushimira Imana, kw'isabukuru y'imyaka ine Prezida Evariste Ndayishimiye atanguye kurongora Uburundi.
Isengesho ry'umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ryasozereye igikorane co gushimira Imana,
Переглядів 2,8 тис.7 годин тому
#Burundi Isengesho ry'umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ryasozereye igikorane co gushimira Imana, cari kimaze imisi itatu kibera mu ntara ya Mwaro.
Ntibisanzwe, mwarayirindiranye igishika none ngiyo yabashwayemwo : Ego #STNB yabashwayemwo
Переглядів 3377 годин тому
Ntibisanzwe, mwarayirindiranye igishika none ngiyo yabashwayemwo : Ego #STNB yabashwayemwo
Kurikirana indirimbo yaririmbwe na chorale igizwe n'abashikiranganji ba reta y'Uburundi.
Переглядів 21 тис.7 годин тому
#Burundi Kurikirana indirimbo yaririmbwe na chorale igizwe n'abashikiranganji ba reta y'Uburundi. Mu gusozera amasengesho yo gushimira Imana yariko abera i Mwaro, baririmvye bati: " 🎼Akira isengesho ry'Umutima wanje, ndasabira igihugu c'Uburundi, imigisha yawe isesekare 🎹"
Mu Burundi hagiye kuja haratunganywa ihiganwa rya rally mu kwibuka umuhisi Jean Jean Giesel
Переглядів 6547 годин тому
Mu Burundi hagiye kuja haratunganywa ihiganwa rya rally mu kwibuka umuhisi Jean Jean Giesel
Baronse ingurane y'umugambi PAEEJ none uyu munsi binziza imiriyoni 53 ku kwezi.
Переглядів 5687 годин тому
Baronse ingurane y'umugambi PAEEJ none uyu munsi binziza imiriyoni 53 ku kwezi.
Prezida Neva arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kihari kigiye gutorerwa umuti
Переглядів 54 тис.7 годин тому
Prezida Neva arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kihari kigiye gutorerwa umuti
Prezida NEVA avuga iki kw'ikena ry'igitoro riza riribonekeza mu Burundi ?
Переглядів 25 тис.7 годин тому
Prezida NEVA avuga iki kw'ikena ry'igitoro riza riribonekeza mu Burundi ?
Inyigisho zatanzwe na musenyeri wa diyoseze ya Gitega mu kwugurura amasengesho yo gushimira Imana
Переглядів 2,6 тис.7 годин тому
Inyigisho zatanzwe na musenyeri wa diyoseze ya Gitega mu kwugurura amasengesho yo gushimira Imana
#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?
Переглядів 4789 годин тому
#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?
Ubaka Nation Group yashikirije impfunguruzo z'amazu 18 yubatse mu gisagara ca Bujumbura.
Переглядів 14 тис.9 годин тому
Ubaka Nation Group yashikirije impfunguruzo z'amazu 18 yubatse mu gisagara ca Bujumbura.
Prezida Neva asaba Abarundi gukunda igihugu no gukora umwe wese ico ajejwe.
Переглядів 3 тис.9 годин тому
Prezida Neva asaba Abarundi gukunda igihugu no gukora umwe wese ico ajejwe.
#NkurunzizaCup2024: Ni uyuhe mugwi ugiye gutahukana igikombe citiriwe Nkurunziza?
Переглядів 7669 годин тому
#NkurunzizaCup2024: Ni uyuhe mugwi ugiye gutahukana igikombe citiriwe Nkurunziza?
Usambazaji wa teknolojia ya pumba za mchele kuwa mkaa wafanikiswa na UNIDO/ITPO Tokyo
Переглядів 24112 годин тому
Usambazaji wa teknolojia ya pumba za mchele kuwa mkaa wafanikiswa na UNIDO/ITPO Tokyo
Hagati ya Team Youssuf Nyange VS Team Saido Ntibazonkiza ni iyihe uha amahirwe?
Переглядів 90312 годин тому
Hagati ya Team Youssuf Nyange VS Team Saido Ntibazonkiza ni iyihe uha amahirwe?
Umugambi KUGWIZA ushirwa mu ngiro na IITA waje gufasha kurwanya inzara mu benegihugu muburyo bwihuta
Переглядів 57912 годин тому
Umugambi KUGWIZA ushirwa mu ngiro na IITA waje gufasha kurwanya inzara mu benegihugu muburyo bwihuta
Alice Wairimu Nderitu Kauli za chuki ni chachu ya zahma kubwa ulimwenguni.
Переглядів 10012 годин тому
Alice Wairimu Nderitu Kauli za chuki ni chachu ya zahma kubwa ulimwenguni.
Ijambo Prezida NEVA yashikirije inyuma y'imyaka 4 atanguye kurongora Uburundi
Переглядів 12 тис.14 годин тому
Ijambo Prezida NEVA yashikirije inyuma y'imyaka 4 atanguye kurongora Uburundi
#ComboTaxi: Uze ukore inabi mu gihe ata neza igihari!
Переглядів 17914 годин тому
#ComboTaxi: Uze ukore inabi mu gihe ata neza igihari!
Ntacomvuze😂😂😂
nabo ariko arabwira basesemwe no smile no reaction😂😭😭
cakoze urazi kutwizeza ibitangaza 😥
Mwaririmvye neza!muhezagirwe cane
Ibintu biraza nabi barundi ahomurihose mwihangane ivyishirahejuru Ndiho azobicisha bugufi nakamuna
Halelua Halelua amen 🙏 🙌 mana bandanna uhezagira uburundi bacu ukironse ivyogikeneye vyose,nacane cane amahoro arama❤❤❤❤
Vyoboneka gute?
Ibitabu vyiwe
Nimana yonyene ntaco tworenzako
Iman ibashoboze
NGOZI turafise incabwenge.
Nimba umukuru wigihugu azi abantu batera ibibazo mu gihugu, none ko atabajana imbere yubutungane.
Pasifiki nawe uzakore neza uzakore neza uzahembwa
Oya bahembe kbs
Njye mbona nawe uwagushungura ntiwakuburamo inkumbi
Ariko sha pasifike buri wese agira uko atwara nonese avangura ate
Nibyo yacunze neza cyane nabandi bakore bacyo
Hamwe n Imana niyo nkuru
Nibyo koko ibigeragezo nibyo bidusunikira mubutsinzi komera turi kumwe mu isengesho
President komera turi kumwe
Ariko sha uravuga ngo toka uzi gusa ko uzamusimbura
President oye oye oye ❤❤❤❤
This is man is a comedian not a president😂
Ubundi Kelly niwe wacuu❤❤❤
😂😂😂😂 nihatari muri edeni ibint vyabae nabi 😂😂😂
Nzovyemera ndabibonye 2025 zirageze ngo dusubire dutore umwana wanyakwigendera nkurunziza kelly natitoza ndakurahiye nzotora rwasa😂😂😂
Nako karagiyeyo Mana uze wame wibuka uburundi nabarundi
Burya wocumba utagira Ico gucumbamwo hamwe numwuko wogucumbusha ???? Reka kubahenda wa mutama we
Imana ihezagire uburundi n, indongozi Zacu n, abarundi Bose iduhe ivyenkenerwa bikenewe vyose amen
Turi magbo
Ariko abarundi babuze abagabo bigeze aha? Uyu n igicucu kigendera
Mashaliki sound plz
ua-cam.com/video/ng4FAag7CCM/v-deo.htmlsi=_pG9PIA8O2rZJixl🔥🔥😅
🎉🎉❤❤❤❤💯 komeza cuti zumusaraba
Uburundi ni igihugu cyiza kirimo abantu basenga cyane ariko mujye mubivanga no gukora cyane no gukoresha ubwenge Imana yabahaye.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndashaka kubaza umugambwe CNDD amajambo avugwa mubikorane ahindura iki mubategetsi ? Budget Ija mugutunganya zino manza yungura iki? ihindura iki na cane cane mubategetsi Baba bahabwa ano majambo? Mwicare muharure ibikorane bitegurwa buri mwaka budget bitwara kuko vyose bibera inyuma ya bujumbura Aho Bose Baba tutibagiye n'ubuzi buhagarara muma province vyabereyemwo uwutumvise impanuro mugikorane cageze azohindurwa ni igikorane kizoza? Canke adahinduwe nishengero avamwo azohindurwa numukoresha wiwe? Za turicara gusenga si Bibi mugabo haraho tugera tugasesema Imana .
Iyindirimbo muzoyisohore tuyihabwe muhezagirwe n Uhoraho
Ndaryohewecane ndabonye umwubahwa ABAYEHO Gervais asigaye ari umuririmvyi akomeye IMANA ihabwe icubahiro
Ndabakunze kumbe ndavyemeye ko lman'itaraba nkabantu k'umus'umwe izodutwenza.
😅 nigitoro ni gihari reka kubesha abanyagihugu vaho abandi batware apan
He’s a comedian
Abobagiyehe babitumye cihere ndirakobuca niwe adaseka jembona mwokimwihera abononyi uzobaharira kugera ryari
Nibe nawe
les poules peuvent manger des restes de fromage et des yaourts natures. Les volailles aiment également le pain sec ou ramolli dans de l'eau, accompagné ou non d'un peu de viande ou de poisson...
Komera mutam kunyigisho zawe turagukunda caneeeeeeeeeeee Eeeeeeeeee haribenshi nzineza inyigishozawe zunguye
Mbona uburundi buri inyuma pe
Ijambo ryiza mugabo igisata c indero kirakwiye kunagurwa kikaja kugihe amashure agasa neza abanyeshure bakaronka ivyankenerwa vyose ,ibitabo , matelas , imfungurwa zikwiye. Ingorane ziri mugisata c indero uziravye utumirwa , université yuburundi ukwo isa iheruka gusigwa irangi ikicubakwa ? Turetse amashure yegukira Imana ishure rya leta risukuye nirihe ? Nta matelat uwojana camera mumashure yuburaro camera yotahana ibihere ivyo yofata hoho n Imana gusa yokwicira urubanza hama ngo mukeneye indongozi zizobasubirira zisa gute?
Uyu ntiyari akwiye kuyobora igihugu yakagombye kuba ayoboye segiteri kuko niwe president wikijuju kwisi
Erega muzehe nuko atawuharira nuwumuruta nayahandi mugihe abobantu babidabanganya ubazi ukabihorera nuwuburwishe ninzara kandi igihugu kidahana kirwiza inkozi zibibi rero jewendumva kandi nzinezako nabandi arikobavyumva iryojambo ntawe ryohumuriza mugihe wumva ukiturereyeko abariko baradukoresha nabi ubizi ivyonavyo vyubutunzi kubanyagihugu ntukabivugeko birebire nimana ikitwitungiye ahandiho bugezahatemba namba atacuhinduye